Quelle est père de Samson
Manoah
Igikino c'ihwaniro ry'akarere ryo mu 2020 kivuga inkuru ya nde?
De qui le film de l'assemblée de
Nehemie
Ntimwiganyire ku kintu na kimwe, ahubwo muri vyose, mu gusenga no mu gutakamba hariko (...) , ivyo musaba bimenyeshwe Imana
n’ugukenguruka
Yezu yari afise imyaka ingahe igihe yabatizwa?
imyaka 30
Yezu yavukiye mu gisagara ikihe?
Betelehemu
Ma grande soeur était une prophetesse, mon frère f6ut un grand prètre. Qui quis-je?
Moise
Prezida agira gatatu w'ishirahamwe ry'Ivyabona vya Yehova yari nde?
Nathan Knorr
Ikintu cose ukuboko kwawe kuronse co gukora, nugikorane ububasha bwawe, kuko ata gikorwa, canke umugambi, canke ubumenyi, canke ubukerebutsi mu (...), aho uriko uraja
kuzimu
Itegeko rigira kabira ry'amategeko cumi ni irihe?
Ntukihingurire igishusho c’ikibazano
Vyarera nk’imbuto y’agati kitwa gadi, akanovera kavyo na ko kari nk’ak’udutsima tubase turimwo ubuki. Ni ibiki?
Manu
L'ainé de Jacob?
Ruben
Icicaro gikuru c'Ivyabona vya Yehova kiri hehe?
Warwick, New York
Kuko najijutse yuko rwaba urupfu, canke ubuzima, canke abamarayika, canke (...), canke ibiriho ubu, canke ibizoza, canke ububasha...
intwaro
Ubuhanuzi bwa mbere bwo muri Bibiliya ni ubuhe?
Itanguriro 3:15
Igisagara ca mbere Abisirayeli batsinze igihe batera igihugu Yehova yabasezeraniye ni ikihe?
Yeriko
Jehovah m'a utilisé pour rediger les livres de la Biblique. Par exemple livre des juges et celui de Ruth. Qui suis-je?
Samuel
Ururirimbo rudasanzwe rwari rugenewe ihwaniro ry'akarere rwo mu 2020 rufise umutwe uwuhe?
Tuzokwama mu munezero
Inkomezi zanyu zizobonekera mu kuguma mutekanye no mu (...)
kwizigira
Gogi w'i Magogi ni nde?
Urunani rw’amahanga azogaba igitero ku basavyi ba Yehova mu mpera za ya makuba akomeye
Musa yarapfiriye ku musozi witwa nde?
umusozi Nebo
Yatowe ataravuka kugira ngo azobe umuhanuzi. Yarakoreye Imana imyaka irenga 65 adahemuka naho yiyumvamwo ko ata vyo ashoboye. Ntiyigeze yubaka urwiwe. Ni nde?
Il fut choisi avant ça naissance pour être profète. Il servit Jehovah pendant plus de 65 ans même s'il se senti incapable. Il ne s'ait jamais marié
Jéremie
Abagize inama nyobozi ni bangahe?
8
Ni vyiza ko umuntu arindira ubukiriro bwa Yehova, egome, akarindira (...)
acereje
Adamu yapfuye afise imyaka ingahe?
imyaka 930
Umusaka wa Babiloni ya kera mu gihe cacu uri hehe?
nko ku bilometero 80 mu bumanuko uvuye i Bagdad muri Iraki