Abantu bo muri Bibiliya
Uwabaye umuperezida wa 3 w'ishirahamwe ryacu yitwa gute?
N. Knorr
Itegeko rigira 2 muri ya mategeko 10 ni irihe?
Ntukihingurire igishusho c'ikibazano
Abagize Inama Nyobozi ni bangahe ubu?
8
Mushikanje ni umuhanuzikazi kandi mukuru wanje ni umuherezi mukuru. Ndi nde?
MUSA
Twatanguye kwita Ivyabona vya Yehova mu mwaka uwuhe?
1931
Inyuma y'umwuzure, ubwato bwa Nowa bahagaze ku musozi witwa gute? mu gihugu iki?
Ararati muri Tirkiya
Musa yapfiriye ku musozi uwuhe?
Umusozi Nebo
Ndi umwamikazi yakoresheje umugabo w'umunyafrika wa 1 yabatijwe
Kanidake
Mu vyanditswe vy'ikigiriki havuga abatwa "Marita" bangahe?
6
Umuntu wa 1 yaramvye kuruta abanda bose ninde?
Metusela : 969 ans