Abantu bo muri Bibiliya
Ishirahamwe ryacu
Heraheza icanditswe
Inyigisho za Bibiliya
Ahantu n'ibintu muri Bibiliya
100

Se wa Samusoni yitwa nde

Manowa

100

Igikino c'ihwaniro ry'akarere ryo mu 2020 kivuga inkuru ya nde

Nehemiya

100

Ntimwiganyire ku kintu na kimwe, ahubwo muri vyose, mu gusenga no mu gutakamba hariko (...) , ivyo musaba bimenyeshwe Imana

n’ugukenguruka

100

Yezu yari afise imyaka ingahe igihe yabatizwa?

imyaka 30

100

Yezu yavukiye mu gisagara ikihe?

Betelehemu

200

Mushikanje mukuru ni umuhanuzikazi kandi mukuru wanje ni umuherezi mukuru. Jewe ndi nde?

Moses

200

Prezida agira gatatu w'ishirahamwe ry'Ivyabona vya Yehova yari nde?

Nathan Knorr

200

Ikintu cose ukuboko kwawe kuronse co gukora, nugikorane ububasha bwawe, kuko ata gikorwa, canke umugambi, canke ubumenyi, canke ubukerebutsi mu (...), aho uriko uraja

kuzimu

200

Itegeko rigira kabira ry'amategeko cumi ni irihe?

Ntukihingurire igishusho c’ikibazano 

200

Vyarera nk’imbuto y’agati kitwa gadi, akanovera kavyo na ko kari nk’ak’udutsima tubase turimwo ubuki. Ni ibiki?

Manu

300

Imfura ya Yakobo yitwa nde?

Rubeni

300

Icicaro gikuru c'Ivyabona vya Yehova kiri hehe?

Warwick, New York

300

Kuko najijutse yuko rwaba urupfu, canke ubuzima, canke abamarayika, canke (...), canke ibiriho ubu, canke ibizoza, canke ububasha...

intwaro

300

Ubuhanuzi bwa mbere bwo muri Bibiliya ni ubuhe?

Itanguriro 3:15

300

Igisagara ca mbere Abisirayeli batsinze igihe batera igihugu Yehova yabasezeraniye ni ikihe?

Yeriko

400

Yehova yarankoresheje mu kwandika ibitabu vyo muri Bibiliya. Nk'akarorero naranditse igitabu c'Abacamanza n'ica Rusi. Ndi nde?

Samwueli

400

Ururirimbo rudasanzwe rwari rugenewe ihwaniro ry'akarere rwo mu 2020 rufise umutwe uwuhe?

Tuzokwama mu munezero

400

Inkomezi zanyu zizobonekera mu kuguma mutekanye no mu (...)

kwizigira

400

Gogi w'i Magogi ni nde?

Urunani rw’amahanga azogaba igitero ku basavyi ba Yehova mu mpera za ya makuba akomeye

400

Musa yarapfiriye ku musozi witwa nde?

umusozi Nebo

500

Yatowe ataravuka kugira ngo azobe umuhanuzi. Yarakoreye Imana imyaka irenga 65 adahemuka naho yiyumvamwo ko ata vyo ashoboye. Ntiyigeze yubaka urwiwe. Ni nde?

Yeremiya

500

Abagize inama nyobozi ni bangahe?

8

500

Ni vyiza ko umuntu arindira ubukiriro bwa Yehova, egome, akarindira (...)

acereje

500

Adamu yapfuye afise imyaka ingahe?

imyaka 930

500

Umusaka wa Babiloni ya kera mu gihe cacu uri hehe?

nko ku bilometero 80 mu bumanuko uvuye i Bagdad muri Iraki